Abaroma 16:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muramutse Andoroniko na Yuniya, incuti zanje+ n’imbohe bagenzanje, abagabo bazwi neza n’intumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe na Kristu.
7 Muramutse Andoroniko na Yuniya, incuti zanje+ n’imbohe bagenzanje, abagabo bazwi neza n’intumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe na Kristu.