8 Ariko abanyabwoba, abatagira ukwizera+, abantu bahumanye kandi bakora ibisesemye, abicanyi+, abasambanyi+, abakora ivy’ubupfumu, abasenga ibigirwamana n’ababeshi bose+, bazotererwa muri ca kiyaga caka umuriro n’amazuku+. Ico kiyaga gisobanura urupfu rwa kabiri+.»