2 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuriye ku ki n’ibigirwamana+? Erega turi urusengero rw’Imana nzima+, nk’uko Imana yavuze iti: «Nzobana na bo+, ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.»
16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuriye ku ki n’ibigirwamana+? Erega turi urusengero rw’Imana nzima+, nk’uko Imana yavuze iti: «Nzobana na bo+, ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.»