ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 26:26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 26 Bakiriko barafungura, Yezu atora umukate hanyuma arasenga. Aca arawumanyagura+, awuhereza abigishwa maze ababwira ati: «Akira murye. Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+.»

  • Luka 22:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 Atora n’umukate+, arakenguruka, arawumanyagura maze arawubaha, ababwira ati: «Uyu mukate ugereranya umubiri wanje+ ugira utangwe ku bwanyu+. Muragume mugira ibi mu kunyibuka+.»

  • 1 Abakorinto 12:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Mugabo noneho kimwe cose mu bihimba vy’umubiri, Imana yagihaye ikibanza ishaka.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika