Abaroma 14:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ico ni co catumye Kristu apfa akongera kuba muzima, kugira abe Umukama w’abazima n’abapfuye+. Abanyefeso 4:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo mu kuvuga ukuri, nimuze dukure mu bintu vyose twisunze urukundo, dukurire muri umwe ari umutwe, ni ukuvuga Kristu+. Abakolosayi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Biciye kuri we rero, nta na kimwe mubuze*. Ni we ari hejuru* y’intwaro zose n’ubukuru bwose+.
15 Mugabo mu kuvuga ukuri, nimuze dukure mu bintu vyose twisunze urukundo, dukurire muri umwe ari umutwe, ni ukuvuga Kristu+.