Abagalatiya 3:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 None umwe abaronsa impwemu akanakorera ibikorwa vy’ububasha+ muri mwebwe, yoba abigira kubera mukora ibikorwa bisabwa n’amategeko canke abigira kubera mwizera ivyo mwumvise?
5 None umwe abaronsa impwemu akanakorera ibikorwa vy’ububasha+ muri mwebwe, yoba abigira kubera mukora ibikorwa bisabwa n’amategeko canke abigira kubera mwizera ivyo mwumvise?