ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 6:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuriye ku ki n’ibigirwamana+? Erega turi urusengero rw’Imana nzima+, nk’uko Imana yavuze iti: «Nzobana na bo+, ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.»

  • Abanyefeso 2:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Iyo nyubakwa yose uko yakabaye yunze ubumwe na we, ibiyigize vyose bikaba bifatanirijwe hamwe neza+. Iyo nyubakwa irakura ikaba urusengero rweranda rwa Yehova*+.

  • 1 Petero 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 mwebwe ubwanyu murakoreshwa nk’amabuye mazima, mukubakwa ngo mube inzu yo mu buryo bw’impwemu+. Iyo nzu yubakwa kugira mucike ubuherezi bweranda, ngo mushikane ibimazi vyo mu buryo bw’impwemu+ vyemerwa n’Imana biciye kuri Yezu Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika