2 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+.
23 Ni abasuku ba Kristu? Nishura nk’umusazi. Ndabarusha kuba umusuku: nakoze vyinshi kubarusha+, mpfungwa kenshi kubarusha+, nkubitwa inkoni zidaharurika, ngarukira ku cobo kenshi+.