Abagalatiya 6:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Abo bose bashaka kuboneka neza mu mubiri* ni bo bagerageza kubagobera ngo mugenyerwe, kugira gusa ntibahamwe bahorwa igiti co kubabarizwako* ca Kristu.
12 Abo bose bashaka kuboneka neza mu mubiri* ni bo bagerageza kubagobera ngo mugenyerwe, kugira gusa ntibahamwe bahorwa igiti co kubabarizwako* ca Kristu.