-
Abaroma 7:15Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
15 Sintahura ivyo nkora. Kuko ivyo nshaka gukora atari vyo nkora, ahubwo ivyo nanka ni vyo nkora.
-
-
Abaroma 7:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Iciza nshaka gukora si co nkora, mugabo ikibi ntashaka gukora ni co nkora.
-