ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 “‘Mu misi ya nyuma’, ni ko Imana ivuze, ‘nzosuka igice c’impwemu yanje ku bantu b’ubwoko bwose, kandi abahungu banyu n’abakobwa banyu bazovuga ubuhanuzi, abasore banyu babone ivyo beretswe, abatama banyu na bo barote indoto+.

  • 1 Petero 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Namwe bagabo, nimubandanye kubana n’abagore banyu mwisunze ubumenyi*. Mubatere iteka+ mu kubafata nk’icombo kitanganya namwe gukomera, kuko na bo nyene ari ba samuragwa b’ubuzima dukesha ubuntu buhebuje* bw’Imana, cokimwe namwe+. Mubigire kugira ntihagire igitangira amasengesho yanyu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika