Abakolosayi 4:7, 8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Tikiko+ umuvukanyi nkunda cane akaba n’umusuku w’umwizigirwa be n’umushumba mugenzanje mu Mukama, azobabwira amakuru yanje yose. 8 Ndamubarungikiye kugira ngo mumenye amakuru yacu no kugira ngo ahoze imitima yanyu.
7 Tikiko+ umuvukanyi nkunda cane akaba n’umusuku w’umwizigirwa be n’umushumba mugenzanje mu Mukama, azobabwira amakuru yanje yose. 8 Ndamubarungikiye kugira ngo mumenye amakuru yacu no kugira ngo ahoze imitima yanyu.