Abakolosayi 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Vyongeye, amahoro ya Kristu naganze mu mitima yanyu*+, kuko ayo mahoro ari yo mwahamagariwe ngo mube umubiri umwe. Kandi mwerekane ko mushima. 1 Abatesalonika 5:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Mukenguruke muri vyose+. Ivyo ni vyo Imana igomba ko mukora mwebwe mwunze ubumwe na Kristu Yezu.
15 Vyongeye, amahoro ya Kristu naganze mu mitima yanyu*+, kuko ayo mahoro ari yo mwahamagariwe ngo mube umubiri umwe. Kandi mwerekane ko mushima.