ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Birabereye rwose ko ndabiyumvirako ivyo mwese, kuko ndabafise ku mutima mwebwe dusangiye ubuntu buhebuje, haba mu munyororo ndimwo+ canke mu kuburanira inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko+.

  • Filemoni 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 nshimye kukwinginga nishimikije urukundo, narirya jewe Pawulo ndi umutama, nkaba kandi mpfunzwe kubera Kristu Yezu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika