ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 2:24
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Ariko Imana yaramuzuye+ imukura mu mibabaro* y’urupfu, kuko bitashoboka ko rumugumya+.

  • Abanyefeso 1:19, 20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 mumenye n’ukuntu ububasha bwayo bukorera muri twebwe abemera+ buhambaye bimwe bihebuje. Ubwo bubasha bwayo buhambaye buribonekeza mu kuntu yakoresheje inkomezi zayo nyinshi 20 ku bijanye na Kristu igihe yamuzura mu bapfuye ikamwicarika iburyo bwayo+ mu bibanza vyo mw’ijuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika