Ivyakozwe 2:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Petero abishura ati: «Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina rya Yezu Kristu kugira mubabarirwe ibicumuro vyanyu+. Muzoheza muronke ya ngabire ya gusa y’impwemu nyeranda.
38 Petero abishura ati: «Nimwigaye+, kandi umwe wese muri mwebwe abatizwe+ mw’izina rya Yezu Kristu kugira mubabarirwe ibicumuro vyanyu+. Muzoheza muronke ya ngabire ya gusa y’impwemu nyeranda.