ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 28:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Baranaduteye iteka batugabira ibintu vyinshi, kandi igihe twurira ubwato, baradutekereye ibintu vyose twari dukeneye.

  • Abaheburayo 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi mubayobokere+, kuko baguma babitwararika* nk’abazobibazwa+, kugira babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko ari mwebwe vyogirira nabi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika