Yosuwa 7:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abisirayeli bacumuye. Barenze isezerano+ nabategetse kwubahiriza. Batwaye ku bintu vyo gutikizwa+. Bavyivye+ baca babinyegeza mu bintu vyabo+. Abaheburayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.
11 Abisirayeli bacumuye. Barenze isezerano+ nabategetse kwubahiriza. Batwaye ku bintu vyo gutikizwa+. Bavyivye+ baca babinyegeza mu bintu vyabo+.
13 Kandi nta kiremwa na kimwe gihishijwe imbere yayo+. Ahubwo vyose biri gusa kandi vyashizwe ku mugaragaro imbere y’uwuzotubaza ivyo twakoze+.