-
2 Abakorinto 3:5, 6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Kuba dukwije neza ibisabwa si kubera ubushobozi bwacu, ahubwo Imana ni yo ituma dukwiza neza ibisabwa+. 6 Ni yo yatumye dukwiza neza ibisabwa vyo kuba abasuku b’isezerano rishasha+, atari ab’amategeko yanditse+ ahubwo ab’impwemu. Kuko ya mategeko yanditse acira umuntu urwo gupfa+, mugabo impwemu igatuma umuntu aba muzima+.
-