ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 5:32
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 32 Sinaje guhamagara abagororotsi, ahubwo naje guhamagara abacumuzi kugira bigaye+.»

  • 2 Abakorinto 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 19 ni ukuvuga igikorwa co kumenyesha ko Imana yariko ituma abo mw’isi basubiza hamwe na yo biciye kuri Kristu+, ntibaharureko amakosa yabo+. Kandi yatujeje ubutumwa bw’ugusubiza hamwe+.

  • 1 Yohani 2:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Bane banje nkunda, ndabandikiye ibi bintu kugira ntimucumure. Ariko hagize uwucumura, turafise umufasha* ari kumwe na Data, akaba ari Yezu Kristu+, umugororotsi+. 2 Uyo ni ikimazi+ c’ibicumuro vyacu+ gituma dusubiza hamwe n’Imana*, mugabo si ibicumuro vyacu gusa ahubwo ni ivy’isi yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika