Yesaya 43:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ku bijanye no gufungura ivyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa gusa*+ be n’uko hari Imana imwe gusa+.
10 Yehova avuze ati: «Muri ivyabona vyanje+,emwe, umusavyi wanje natoye+,kugira ngo mumenye ibinyerekeye kandi munyizere*,no kugira ngo mutegere ko ndi wa wundi nyene+. Imbere yanje nta Mana yaremwe*,n’inyuma yanje nta n’imwe yaremwe*+.
4 Ku bijanye no gufungura ivyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa gusa*+ be n’uko hari Imana imwe gusa+.