ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 muze muhe Shetani+ uwo muntu kugira umubiri utikizwe, maze impwemu izokizwe ku musi w’Umukama+.

  • 1 Abakorinto 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ariko ubu ndabandikiye ngo mureke kwifatanya+ n’uwo wese yitwa umuvukanyi mugabo akaba ari umusambanyi* canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umwambuzi+. No gusangira ntimugasangire.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika