ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abatesalonika 2:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko ku bijanye n’igihe c’ukugaruka* kw’Umukama wacu Yezu Kristu+ be n’ugukoranirizwa hamwe ngo tube kumwe na we+, turabasavye bavukanyi 2 ngo ivyiyumviro vyanyu ntibihungabane* ningoga canke ngo muhagarike umutima kubera amajambo ahumetswe*+ canke ubutumwa bwo ku munwa canke ikete risa n’irivuye iwacu, bivuga ko umusi wa Yehova*+ umaze gushika.

  • 2 Timoteyo 4:3, 4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Kuko hazoshika igihe aho abantu batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro*+. Ahubwo bazokwisunga ivyipfuzo vyabo bironderere abigisha babagaza amatwi*+. 4 Bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bumvirize inkuru z’ibinyoma.

  • 2 Petero 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika