ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Ewe Timoteyo, rinda ico wajejwe+, wamirire kure amajambo ata co amaze atukisha ibintu vyeranda, be n’ivyiyumviro bivuguruzanya vyitwa ngo ni «ubumenyi+.»

  • Tito 1:13, 14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Ukwo ni ukuri. Ni co gituma ukwiye kuguma ubakosora ushimitse kugira bagire amagara meza mu kwizera, 14 ntibumvirize ibitito vy’Abayuda n’amabwirizwa y’abantu bata ukuri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika