Yesaya 53:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Naho ata kosa* yari yarakozekandi mu kanwa kiwe ntihaboneke ububeshi+,yahawe imva* mu babisha+,ahambwa mu batunzi*+. 1 Petero 2:21, 22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Nakare ivyo ni vyo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira mukurikire neza intambuko ziwe+. 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi mu kanwa kiwe nta bubeshi bwahabonetse+.
9 Naho ata kosa* yari yarakozekandi mu kanwa kiwe ntihaboneke ububeshi+,yahawe imva* mu babisha+,ahambwa mu batunzi*+.
21 Nakare ivyo ni vyo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira mukurikire neza intambuko ziwe+. 22 Nta gicumuro yakoze+, eka kandi mu kanwa kiwe nta bubeshi bwahabonetse+.