Abaheburayo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ibintu vyose biriho vyaremewe Imana kandi biriho biciye kuri yo. Kugira ngo abana bayo benshi bashikire ubuninahazwa+, vyari bibereye ko ituma Yezu aca mu mibabaro ngo abe uwutunganye+. Ni we Mboneza ibajana ku bukiriro+. Abaheburayo 5:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe kuronsa ubukiriro bw’ibihe bidahera abamugamburukira bose+,
10 Ibintu vyose biriho vyaremewe Imana kandi biriho biciye kuri yo. Kugira ngo abana bayo benshi bashikire ubuninahazwa+, vyari bibereye ko ituma Yezu aca mu mibabaro ngo abe uwutunganye+. Ni we Mboneza ibajana ku bukiriro+.
9 Aho amariye kugirwa uwutagira akanenge+, yacitse uwujejwe kuronsa ubukiriro bw’ibihe bidahera abamugamburukira bose+,