Kuvayo 32:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Musa aca ava ku musozi aramanuka, afise mu minwe+ vya bisate bibiri biriko amabwirizwa*+. Vyari vyanditseko ku mpande zose, imbere n’inyuma.
15 Musa aca ava ku musozi aramanuka, afise mu minwe+ vya bisate bibiri biriko amabwirizwa*+. Vyari vyanditseko ku mpande zose, imbere n’inyuma.