ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 25:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Uzokora abakerubi* babiri mu nzahabu, kandi uzobacurisha inyundo ku mpera zibiri z’uwo mufuniko+.

  • Kuvayo 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 22 Nzokwiyereka ndi hejuru y’uwo mufuniko, kandi aho ni ho nzovuganira nawe+. Nzokumenyesha amabwirizwa yose uzobwira Abisirayeli ndi hagati y’abo bakerubi babiri bari kw’isandugu y’isezerano*.

  • Guharura 7:89
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 89 Igihe cose Musa yinjiye mw’ihema ry’ibonaniro kuvugana n’Imana+, yarumva ijwi ryayo rivugana na we rivuye hejuru y’umufuniko+ wa ya sandugu y’isezerano*, hagati ya ba bakerubi babiri+. Imana yaravugana na we.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika