-
Abalewi 23:37, 38Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
37 Iyo ni yo misi mikuru+ ya Yehova mukwiye gutangaza nk’amakoraniro meranda+ kugira mushikanire Yehova amashikanwa bashikanisha umuriro, ni ukuvuga ishikanwa riturirwa+, ishikanwa ry’intete+ n’amashikanwa y’ibinyobwa+, hisunzwe ibisabwa buri musi. 38 Ivyo bizoza vyiyongera ku vyo mutanga ku masabato ya Yehova+, ku ngabire+, ku mashikanwa yo gushitsa indagano+ no ku mashikanwa muha Yehova muvyishakiye+.
-