ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Muze mukoranye abantu+, abagabo, abagore, abana* na ba kavamahanga baba mu bisagara* vyanyu kugira bumvirize bongere bige ivyerekeye Yehova Imana yanyu, bamutinye kandi bitwararike gukurikiza aya mategeko yose.

  • Ivyakozwe 2:42
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 42 Babandanya kwigishwa n’intumwa babishashaye, gukoranira hamwe*, gufungura+ no gusenga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika