ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:35, 36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 35 Uguhōra n’uguhana ni ivyanje+.

      Igihe nicagera, ukuguru kwabo kuzonyerera+,

      kuko umusi w’ivyago vyabo uri hafi,

      kandi ibibarindiriye ntibizoteba.”

      36 Yehova azocira urubanza abantu biwe+,

      kandi azokwumvira impuhwe abasavyi biwe+,

      niyabona utuguvu twabo twagabanutse,

      hasigaye abatagira gitabara n’abatagira udutege.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika