ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 20:18, 19
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Ico gihe abantu bose barumva imituragaro n’ijwi ry’inzamba, kandi barabona imiravyo n’umusozi uriko urafumba umwotsi. Babonye ivyo bintu, baca barajugumira maze bahagarara kure+. 19 Nuko babwira Musa bati: «Ba ari wewe utubwira natwe turumviriza, ariko Imana ntibandanye kuvugana natwe, ahandiho twopfa+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika