Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri. Yohani 17:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ubu rero Dawe, nuninaharize iruhande yawe, uninaharishe bwa buninahazwa nari mfise nkiri kumwe nawe imbere y’uko isi ibaho+.
14 Nuko Jambo acika umuntu+, araheza abana natwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa bumeze nk’ubwo umwana w’ikinege+ ahabwa na se. Yari yuzuye ubuntu bw’Imana* hamwe n’ukuri.
5 Ubu rero Dawe, nuninaharize iruhande yawe, uninaharishe bwa buninahazwa nari mfise nkiri kumwe nawe imbere y’uko isi ibaho+.