-
Yobu 1:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Ubwo nyene haciye haza umuyaga ukomeye uvuye mu bugaragwa, uhitana imfuruka zine z’iyo nzu, ica igwa kuri abo bana bose barapfa. Ni jewe gusa narokotse kugira ndabikumenyeshe.»
-