Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Mu majambo menshi ntihaburamwo ugucumura+,ariko uwugumya ururimi rwiwe aba ari umunyabwenge+. Imigani 17:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Umuntu afise ubumenyi aracungera ivyo avuga+,kandi umuntu afise ugutahura aguma atekanye*+.