-
Luka 22:28-30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Ariko ni mwebwe mwangumye hafi+ mu bigeragezo vyanje+. 29 Nanje ngiraniye namwe isezerano ry’ubwami+, nk’uko Dawe yagiraniye isezerano nanje, 30 kugira muze murire mwongere munywere ku meza yanje mu Bwami bwanje+, kandi muze mwicare ku ntebe z’ubwami+ kugira mucire imanza imiryango 12 ya Isirayeli+.
-