Zaburi 140:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ururimi rwabo rurakomorana* nk’urw’inzoka+,kandi mu kanwa kabo huzuyeyo ubumara bw’imamba+. (Sela*) Imigani 12:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Amajambo umuntu avuze atiyumviriye ameze nk’ugucumita kw’inkota,ariko ururimi rw’umunyabwenge* ruravura+. Imigani 18:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Akanwa k’ikijuju kagikwegera guhona+,kandi iminwa yaco ni umutego ku buzima bwaco.
3 Ururimi rwabo rurakomorana* nk’urw’inzoka+,kandi mu kanwa kabo huzuyeyo ubumara bw’imamba+. (Sela*)
18 Amajambo umuntu avuze atiyumviriye ameze nk’ugucumita kw’inkota,ariko ururimi rw’umunyabwenge* ruravura+.