Abanyefeso 4:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ntimuhe akaryo* Shetani*+. Abanyefeso 6:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho+ biva ku Mana kugira ngo mushobore guhagarara mushikamye murwanye amayeri* ya Shetani*.
11 Mwambare umwambaro ukwiye w’ibirwanisho+ biva ku Mana kugira ngo mushobore guhagarara mushikamye murwanye amayeri* ya Shetani*.