Abaroma 12:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ntureke ngo ikibi kigutsinde, ahubwo ugume utsinda ikibi mu gukora iciza+. 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo babagirije ngo muri inkozi z’ikibi, ibikorwa vyanyu vyiza bibonera+ bitume baninahaza Imana ku musi yaje kugira isuzuma.
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo babagirije ngo muri inkozi z’ikibi, ibikorwa vyanyu vyiza bibonera+ bitume baninahaza Imana ku musi yaje kugira isuzuma.