Abaroma 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukigoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatubaha Imana, apfa ku gihe cashinzwe.
6 Kuko mu vy’ukuri igihe twari tukigoyagoya+ ari ho Kristu yapfiriye abatubaha Imana, apfa ku gihe cashinzwe.