1 Timoteyo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 N’ikindi kandi biga kurera amaboko, bakagenda bayerera mu mihana. Emwe, ntibarera amaboko gusa ahubwo ni n’abanyarusaku kandi bisuka mu vy’abandi+, bakavuga ivyo batari bakwiye kuvuga. 1 Petero 2:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mwokwihaya iki hamwe mwokubitwa kubera ko mwacumuye yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mwihanganira imibabaro kubera mukora iciza, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+.
13 N’ikindi kandi biga kurera amaboko, bakagenda bayerera mu mihana. Emwe, ntibarera amaboko gusa ahubwo ni n’abanyarusaku kandi bisuka mu vy’abandi+, bakavuga ivyo batari bakwiye kuvuga.
20 Mwokwihaya iki hamwe mwokubitwa kubera ko mwacumuye yamara mukavyihanganira+? Mugabo nimba mwihanganira imibabaro kubera mukora iciza, ico ni ikintu gishimwa n’Imana+.