Abanyefeso 5:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Umwe wese muri mwebwe nayobokere mugenziwe+ kubera mutinya Kristu. Yakobo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.
17 Mugabo ubukerebutsi buva mw’ijuru imbere ya vyose ntibwanduye+, kandi burangwa n’amahoro+, ntiburenza urugero*+, bwiteguriye kugamburuka, bwuzuye imbabazi n’ivyamwa vyiza+, ntibugira nkunzi+, ntibwiyorobeka+.