Yohani 3:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yezu aca amubwira ati: «Emwe ni ukuri ndabikubwiye, umuntu atongeye kuvuka*+, ntashobora kubona Ubwami bw’Imana+.» 2 Abakorinto 5:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Nimba rero umuntu yunze ubumwe na Kristu, ni ikiremwa gishasha+. Ivya kera vyaraheze, ubu haje bishasha. 1 Petero 1:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yatumye tuvuka bushasha yisunze imbabazi zayo nyinshi+, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka rya Yezu Kristu mu bapfuye+, 1 Yohani 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umuntu wese yavyawe n’Imana ntaguma acumura+, kuko urubuto* rw’Imana ruguma muri we. Ntaguma acumura, kuko yavyawe n’Imana+.
3 Yezu aca amubwira ati: «Emwe ni ukuri ndabikubwiye, umuntu atongeye kuvuka*+, ntashobora kubona Ubwami bw’Imana+.»
17 Nimba rero umuntu yunze ubumwe na Kristu, ni ikiremwa gishasha+. Ivya kera vyaraheze, ubu haje bishasha.
3 Hashemezwe Imana yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu, kuko yatumye tuvuka bushasha yisunze imbabazi zayo nyinshi+, ngo tugire icizigiro kizima+ biciye kw’izuka rya Yezu Kristu mu bapfuye+,
9 Umuntu wese yavyawe n’Imana ntaguma acumura+, kuko urubuto* rw’Imana ruguma muri we. Ntaguma acumura, kuko yavyawe n’Imana+.