Abalewi 19:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Ukwiye guhaguruka imbere y’umuntu w’imvi+, kandi ukwiye kwubaha umutama+. Utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova. Abaroma 12:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mukundane nk’abavukana, mugiranire ikibabarwe. Mube aba mbere mu gutera iteka* bagenzi banyu+. Abaroma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muhe bose ivyabo: uwusaba ikori mumuhe ikori+, uwusaba ikibuguro* mumuhe ikibuguro, uwusaba gutinywa mumutinye+, uwusaba iteka mumuhe iryo teka+.
32 Ukwiye guhaguruka imbere y’umuntu w’imvi+, kandi ukwiye kwubaha umutama+. Utegerezwa gutinya Imana yawe+. Ndi Yehova.
7 Muhe bose ivyabo: uwusaba ikori mumuhe ikori+, uwusaba ikibuguro* mumuhe ikibuguro, uwusaba gutinywa mumutinye+, uwusaba iteka mumuhe iryo teka+.