Yesaya 53:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo yaracumiswe+ azira ibicumuro vyacu+.Yarajanjaguwe azira amakosa yacu+. Yaremeye guhanwa kugira turonke amahoro+,kandi kubera ibikomere vyiwe twarakize+.
5 Mugabo yaracumiswe+ azira ibicumuro vyacu+.Yarajanjaguwe azira amakosa yacu+. Yaremeye guhanwa kugira turonke amahoro+,kandi kubera ibikomere vyiwe twarakize+.