Yuda 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mugabo abo bantu baravuga nabi ibintu vyose badatahura vy’ukuri+. Mbere n’ivyo batahura*, nka kurya kw’ibikoko bitagira ubwenge+, babandanya kwihumanya mu kubikora.
10 Mugabo abo bantu baravuga nabi ibintu vyose badatahura vy’ukuri+. Mbere n’ivyo batahura*, nka kurya kw’ibikoko bitagira ubwenge+, babandanya kwihumanya mu kubikora.