Guharura 22:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Vyakabaye kera, Yehova atuma iyo ndogobwa ivuga*+ maze ibaza Balamu iti: «Nagukoreye iki ku buryo unkubita izi ncuro zitatu zose+?»
28 Vyakabaye kera, Yehova atuma iyo ndogobwa ivuga*+ maze ibaza Balamu iti: «Nagukoreye iki ku buryo unkubita izi ncuro zitatu zose+?»