Yoweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Imbere y’uko wa musi wa Yehova uhambaye kandi uteye ubwoba uza+,izuba rizohinduka umwiza, ukwezi na kwo guhinduke amaraso+. Zefaniya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Umusi uhambaye wa Yehova uri hafi+! Uri hafi kandi uriko uregereza ningoga+! Uguhinda kw’umusi wa Yehova kurateye ubwoba+. Kuri uwo musi, umurwanyi akomeye azoboroga+.
31 Imbere y’uko wa musi wa Yehova uhambaye kandi uteye ubwoba uza+,izuba rizohinduka umwiza, ukwezi na kwo guhinduke amaraso+.
14 Umusi uhambaye wa Yehova uri hafi+! Uri hafi kandi uriko uregereza ningoga+! Uguhinda kw’umusi wa Yehova kurateye ubwoba+. Kuri uwo musi, umurwanyi akomeye azoboroga+.