1 Abakorinto 13:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi, nkatahura n’amabanga meranda yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa*+. 1 Yohani 3:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umuntu wese yanka mwenewabo ni umwicanyi+, kandi murazi ko ata mwicanyi azoronka ubuzima budahera+.
2 Naho noba mfise ingabirano yo kuvuga ubuhanuzi, nkatahura n’amabanga meranda yose n’ubumenyi+ bwose, kandi naho noba mfise ukwizera kwose ku buryo nimura imisozi, mugabo nkaba ntagira urukundo, noba ndi ubusa*+.
15 Umuntu wese yanka mwenewabo ni umwicanyi+, kandi murazi ko ata mwicanyi azoronka ubuzima budahera+.