Ivyakozwe 20:29, 30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+.
29 Ndazi yuko ninamara kugenda amabingira akaze* azobinjiramwo+ kandi ntazofatana ikibabarwe ubusho. 30 Kandi muri mwebwe ubwanyu hazokwaduka abagabo bavuga ibigoramanze kugira bakwegere abigishwa inyuma yabo+.